Ghana: Minisitiri w’ingabo n’uw’ibidukikije baguye mu mpanuka ya kajugujugu
7 / 08 / 2025 - 05:15Minisitiri w’ingabo na Minisitiri w’ibidukikije wa Ghana bapfiriye mu mpanuka y’indege ya kajugujugu ya gisirikare yaguye hagati mu gihugu mu gace ka Ashanti, abandi bantu batandatu bari kumwe na bo bapfuye, nk’uko umuvugizi wa leta abitangaza....