DR Congo: Fayulu na Mukwege mu bakandida basabye ko amatora ahindurwa impfabusa
21 / 12 / 2023 - 08:31Abakandida bane mu matora ya perezida muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo basohoye itangazo basaba ko amatora yabaye ku wa gatatu ahindurwa impfabusa.
Abo banyapolitiki ni umukuru w’abatavuga rumwe n’ubutegetsi Martin Fayulu, Denis Mukwege...